Effectivement, imyaka itanu CNDD-FDD itwaye yari iyo kwiba, c'est tout. Igihe nari I Bujumbura mu misi iheza, woraba ingene bariko barubaka ama villa kandi atan'uwuhembwa amafaranga aboneka. Ingorane y'abarundi (kandi isa na kamere kabo) ni ukwigungirako. Ineza y'abanyagihugu ntaho yigeze ija imbere muri politique y'uburundi. Hera kuri ba mwambutsa...bo ngo n'uko batari barize, ugende muri repliques zoshe zagihe zihaca...Mbega harya iyi tugeze ko ni quantieme republique?
2 comments:
Abategetsi b"Iburundi baremeye ko abantu babo babeho nk'ibikoko vyomwishamba??
Vraiment ntanibirato bambaye...
Ivyo vyose kubera iki... abayobozi babi....!!
C'est domage!
Effectivement, imyaka itanu CNDD-FDD itwaye yari iyo kwiba, c'est tout. Igihe nari I Bujumbura mu misi iheza, woraba ingene bariko barubaka ama villa kandi atan'uwuhembwa amafaranga aboneka.
Ingorane y'abarundi (kandi isa na kamere kabo) ni ukwigungirako. Ineza y'abanyagihugu ntaho yigeze ija imbere muri politique y'uburundi. Hera kuri ba mwambutsa...bo ngo n'uko batari barize, ugende muri repliques zoshe zagihe zihaca...Mbega harya iyi tugeze ko ni quantieme republique?
Post a Comment