« Ce n’est pas le président qui doit, personnellement, aider la population à développer la culture des arbres fruitiers ou à se construire des écoles, car toutes ces actions doivent être menées dans le cadre des politiques sectorielles qui se trouvent au niveau de chaque ministère, c’est pourquoi le président ne doit pas avoir un compte pour ses actions de générosité ; sa politique de développement est intégrale et doit être exécutée au niveau des ministères techniques », explique Gertrude Kazoviyo, vice présidente de l’OAG.
Lire tout le texte ICI
2 comments:
Nkurunziza ntaco azi yokora mu biro, nico gituma ahungira mu ivyo yategerezwa gukora mu gutera ibiti...Ahabubwo twari dukwiye kumubaza nyabuna ico yamaze muri iyi myaka yose amaze yitwa umukuru w'igihugu. Harageze ko abarundi turaba ico imuntu ashoboye imbere yo kumushinga amabanga...
Naje harigihe nibaza ico nkurunziza ariko arakora nkakibura.
Kuko economy iguma itera inyuma, crime zirabandanya, corruption ho nyuvuge......
Nimba nihenze murambwira mubintu twovuga yakoze bisumba ivyo Buyoya yakoze.
Simvuze ko Buyoya atamaze abantu canke ko yoba ari mwiza mugabo.
Tutaronse abategetsi bukuri abantu bazohera ninzara!
Kabura
Post a Comment