Friday, August 8, 2008

Burundi in Beijiing


According to Denver Post, a US based News paper,"One of the most colorful outfits came from Burundi whose athletes carried spears and had straw sticking out of their hair" Wow...Soma ngaha
See also the description of some Burundian Atletes who are competing...Soma ngaha Turashigikiye abo Barundi bari mu mahiganwa. Oh by the way, did you know Nkurunziza also attended the ceremonies, I mean how could he miss that, he is an atlete himself, hopefully he will compete, it seems that he can really ride a bicycle..LOL

Clem Keza

3 comments:

Anonymous said...

Kuronka umudari sikintu coroshe.

Uburundi burakenye cane kuburyo biteye isoni.

Baracakoresha isuka mukurima imisozi.None wumva naho tubashigikira bizogenda gute?

Ahubwo nibisubireko barabe uko boteza imbere igihugu mukwiyamiriza ibiturire nakarenganyo!


Jean-Paul
Auckland Central

Anonymous said...

Igiturire kirarenze urugero mu Burundi...Umuntu atanga igiturire kingana n`incuro zitanu z`umushahara azoronka....Uburundi buca bumera nka Congo imwe yahora yitwa Zaire ya Mubutu...Ariko niryo ragi rya CNDD-FDD muri kahise k`uburundi

Anonymous said...

Ndakunda Vugaduhabwe cane...
I drapeau yuburundi ni nziza cane.
Mugabo rero abategetsi barakwiye kwisubirako bakamenya ko ubuzima bwabanyagihugu buri muminwe yabo. Nimba bahisemwo gutyoza ababatoye ,ivyo tuzobibabaza canke tubibaze abuzukuru babo.

Kabura