Nonoho ubu ngo ba shaaka ku mu twara ku mu fungira ahandi atari mu mpimba ariko ni kizima hari abandi biyumvira ukundi ba shize kuri net kuri iyi site http://www.thepetitionsite.com/246/petition-to-free-political-prisoners-in-burundi , ikintu citwa petition kugira bi bandanye bi menyekana ko i Burundi hari n'abandi nka we bafungiwe ivyiyumviro. Tugire amahoro.
3 comments:
Alexis Sinduhije nigipinga bazomuca izosi,mugabo kari umunyamerika ntaco bazomugira ,bazomubuza amatora....
N'umwana yonka yokwereka ingene amakosa reta iriko irakora mugukoresha inguvu yataye igihe. Muvyukuri vyerekana ko ubwenge bwabaheranye bagaca bikora kungunvu. Kuvya Sinduhije, bafunze uwutariwe. Baribayiye yuko akarenganyo ariko kama gahindura reta: Igihe intwaro zaheze zacinyiza abandi, niho abarigutegeka ubu baronkeye "arguments" yo kwereka abanyagihihugu ko ibintu bikwiye guhinduka. Abarundi barumva, ntibazosubira kumavi....Igihe cararenganye!
Nonoho ubu ngo ba shaaka ku mu twara ku mu fungira ahandi atari mu mpimba
ariko ni kizima hari abandi biyumvira ukundi ba shize kuri net kuri iyi site http://www.thepetitionsite.com/246/petition-to-free-political-prisoners-in-burundi
, ikintu citwa petition kugira bi bandanye bi menyekana ko i Burundi hari n'abandi nka we bafungiwe ivyiyumviro.
Tugire amahoro.
Le 07/12/08
Post a Comment