Friday, May 22, 2009

Wibaza iki? Tora!

Hasigaye ikiringo kitarenga umwaka ngo abarundi basubire kwitaba amatora. Ntawokwibagira yuko ukwiyamamaza vyama bijana no kwemera ubuki kubazi kwegeka no kubatazi kwegeka. Ikigaragara n'iki? N'uko ubu mugihugu abarundi benshi barashobora kuryama bugaca, Abana baraja ku mashure, abanyagihugu basanzwe bakitabira imirimo yabo, abari hanze bariko baratahuka.... Ntawokwirengagiza ko vyinshi bikenewe gukorwa: abarundi benshi bari mu bukene butagira izina abandi nabo bariko baratunga bitagira uko bivugwa, ibirwanisho vyandagaye mu gihugu, ubutungane butigenga, gusahura itunga ry'igihugu izuba riva...
Aho igihugu kigeze twese turahazi, dushaka rero tukubaze:
Menya neza, mu Burundi hari imigambwe irenga mirongo ine. Ntiwitinye kuko ntazina ryawe dusaba, ariko urashobora kwongerako "comments"

None hamwe woba uri mubazotora, wewe uzokwishimiza iki mu kuguhitamwo uworongora igihugu?




Murakoze guhitamwo:
Vugaduhabwe!

9 comments:

Anonymous said...

Tuzotora CNDD-FDD umugambwe wacu. Et ce ne sont pas ces aigris et jaloux de la diaspora, qui ne supportent pas de voir les hutus diriger qui vont empêcher notre victoire!!

Anonymous said...

On va voter CNDD-FDD, pour qu'il puisse terminer son programme qui a été perturbé par les opposants dans ces derniers 5 ans.

Merci.

Anonymous said...

Fed up of CNDD, they are useless!!!

Anonymous said...

This thye gvment tyhat can help people:

1. It has the duty of improving the economy ,tax and gvement spendings!!!
2.Has to improve the health system.
3.Has to work the on the behaklf and interested of Burundians in general this means Humanrights and abuse, Jutice must work properly.

It has to improve IT means computer systems:In hospital, workplace, Bureau, and security.

Then brurndi must attract its citizens abroad,just t come to invest in their origine country!

If ,in, the up coming elections ,there is no anything like those above then why should we think Burundi will overcome those rubbish chalenges instead people will continue dying in mass


For your advice

Holland

Anonymous said...

unless you are senseless or foolish, you can't vote for cndd fdd. I am a hutu who suffered a lot under the former Bururi government, but I can easily forgive them, and it is extremely hard for me to forgive president Nkurunziza and his party,for what they did to Burundians. They are not only useless, but also evil!

Anonymous said...

president Nkurunziza n'umugambwe wiwe cndd fdd barateye isoni, batuma n'Uburundi bwose bugira izina ribi mu makungu. raba nawe nta musi uhera atamanyanga akozwe; ubu hagezweho amanyanga ya karangamuntu. ni ubwambere biba mu Burundi, no kuri Micombero. kandi wa mupasitori president arinumiye. ubu tuzotora Mr. Rwasa, he is the man to put the country on the right way!

Anonymous said...

Rwasa is the one. And now it is obvious, throughout the country that every heart beats for Rwasa, this patriot who sacrificed his life for more than twenty five years for his countrymen. Now, it's over for the false pastors!

Anonymous said...

Nkurunziza and his CNDD FDD are worthless!

Anonymous said...

I do not like some of the CNDD leaders since some are corrupt but best believe that I will be voting for Nkurunziza all the way...He is the poor man's president and has tried his best. It is hard to lead Burundians especially corrupt officials. Rwasa should be a man and let Nkurunziza lead then he can run in 2015. Nkurunziza 2010