Tuesday, April 26, 2011

Appel au revolte sans Violence!


Allez à Bujumbura vous les trouverez au marché central: proche de ces boutique coca cola, bien habillés, assitant aux citadins busy sans eux! Bon; ils disent qu'ils n'ont pas de Jobs. Ils sont vraiments des grads des universités tant publique que privées. Ils ont tout memorisé mais rien appris! Mais c'est pas ca leur faute. Leur faute est d-etre distrait, leur faute est de se croire victime...
Mwebwe mwize twereke inzira twebwe abarimyi. Habuza igihugu gipfukamwe munda n'abambuzi n’abicanyi! Aidez la population de se lever. Aho gutangara nk'abo babonye ibiziga vy'abarundi muri Ruvubu na Tanganyika, n'ahandi, ja imbere abandi mukuvyanka.
Tuvire hasi rimwe "sans violence" twiyamirize ubwicanyi, duhabuze igihugu cacu...ntikiduce mumyanya y'intoke. Ntankoho zikenewe, hakenewe ubwenge...abo mwagwaniye s'abo bari kubutegetsi bariko baratwica, batwicira bene wacu? Ejo nabo, hirya yejo ni wewe canke jewe.
TWEBWE NYENE TURASHOBORA KWIGANIRA AMAKUNGU AKAMARAMAZA N'AMABI ARIKO ARAKORERWA ABARUNDI. Revolution z'iki gihe ziratandukanye cane nizakera. Facebook mwese ntimuyikoresha, twiter....CNN, canke BBC nta interet n'imwe bafise mu Burundi...Ntakiriyo....
Shira amasanamu ahabona, amatelephone yanyu ntafise ama appareil photo?
REVOLTE SANS VIOLENCE, canke violence moderée irashoboka. Va kw'irigara rero mutuje I mbere tugarure Uburundi bwacu butararenga imirambi!
Il est temps de s’organiser, maintenant c’est le temps, maintenant ou jamais!
Umugabo yama aboneka rukamvye!

No comments: