Vigaduhabwe izindirimbo muizikurahe?This is best of they year onthis blog.Hi there, do you see our people's mind.They only thing about INZOGA!!!Instead of work!!!What Hell
Nanje Ino "Korasi" ndayikunze cane courtesy of JP (NZ)! Thanks JP. Nanezerewe cane na barya bashaka gushinga akabare mw'ijuru! Uriwa muvugabutumwa nawe yankuyeho!....If anyone wants to share a clip, just email(or a link) it to us we will post it as soon as possible! Murakoze kudutemberera.vugadubwe
OHHH Abaporoso naba islamu ndabazicane.I don't see why ababantu baguma binyegeza!!!But hopelessly abanyaburundi besnshi baguma banywa inzoga zakacamutwe, look Burundian in Brisbane (Australia) barashitse nama drapeau.Vugaduhabwe ,you are right!Emilie
Emilie,Never say benshi banwa inzoga ahubwo.Vuga uti bajunda kuganirira kwicupa: wibagiye ko ikkiyago ciza gisumba ikivi?By the way, numvise inzoga mu Burundi ngo zisigaye zizimvye!Aba bagabo birikorasi sindamenya neza icobagomba gushikakoBavuga ibintu !!(Kaput)None wumva iterambere rizoshikira mu Burundi ryari hakiri abantu biyumvira kushinga akabare mwijuru?JPNZ
Aba bantu ntakingenda!!
Post a Comment
5 comments:
Vigaduhabwe izindirimbo muizikurahe?
This is best of they year onthis blog.
Hi there, do you see our people's mind.They only thing about
INZOGA!!!Instead of work!!!
What Hell
Nanje Ino "Korasi" ndayikunze cane courtesy of JP (NZ)! Thanks JP. Nanezerewe cane na barya bashaka gushinga akabare mw'ijuru! Uriwa muvugabutumwa nawe yankuyeho!
....If anyone wants to share a clip, just email(or a link) it to us we will post it as soon as possible! Murakoze kudutemberera.
vugadubwe
OHHH Abaporoso naba islamu ndabazicane.
I don't see why ababantu baguma binyegeza!!!
But hopelessly abanyaburundi besnshi baguma banywa inzoga zakacamutwe, look Burundian in Brisbane (Australia) barashitse nama drapeau.
Vugaduhabwe ,you are right!
Emilie
Emilie,
Never say benshi banwa inzoga ahubwo.
Vuga uti bajunda kuganirira kwicupa: wibagiye ko ikkiyago ciza gisumba ikivi?
By the way, numvise inzoga mu Burundi ngo zisigaye zizimvye!
Aba bagabo birikorasi sindamenya neza icobagomba gushikako
Bavuga ibintu !!(Kaput)
None wumva iterambere rizoshikira mu Burundi ryari hakiri abantu biyumvira kushinga akabare mwijuru?
JP
NZ
Aba bantu ntakingenda!!
Post a Comment