Saturday, January 24, 2009

Ninde Yakubwiye ko Abarundi tuzi gutamba Ingoma gusa

Watch more YouTube videos on AOL Video

4 comments:

Anonymous said...

I like your blog.
Portugal

Anonymous said...

Hey, I think Burundian aristist shoul;d be the best in the East africa ..but the problem as anyone knows no support to youngsters who want to increase their talents in their music...

Kelly

Vugaduhabwe said...

Ndakunda cane Indirimbo nza ba Kidumu Romeo eka nd DJ Daddy...Clicka ngaho hepfo wirabire iyindi ndirimbo ya Romeo...
http://burundilive.com//play.php?vid=159
Kandi nino site ni y'ikirundi...
Donc ingorane aba artiste bo mu Burundi bafise nuko Show Biz comme industry, canke Private Sector muri rusangi itaratera Imbere... Ikindi naco, ntamutu afise ubwenge yoja gushira amafaranga yiwe mu Burundi muri iki gihe kuko ata mutekano reta ishoboye guha abanyagihugu...Hari uwumvirije amakuru kuri RPA bavuga yuko abasuma bivye 80 milliion icarimwe: none wumva nkayo mafaranga yazize iki? Reta irakwiye kutubohora niyo yatuboheye amaboko I mugongo: Theory des Contraires!

Vugaduhabwe said...

http://burundilive.com//play.php?vid=159